11/08/2023
UMUNYESHURE MWIZA
Nitwa Yves Manirakiza nkaba ndi umunyeshure wo kuri Lycée Technique de la Plaine (mu Kamenge kuri gard du Nord) mugisata ca Maintenance.
Ingendo iranga umunyeshure mwiza, nuko yama ari umunyeshure afise isuku kw'ishure mbetse no mukibano agakurikiza amategeko n'ubuyobozi bwikigo yigako.
Akama ari umubangutsi igihe abigisha bamuhaye ivyo akora akabera akarorero keza abanyeshure batoyi munyifato ziwe.
Hama akama yiteguye n'ukuvuga kugira études ataruko barinze kumubwira ngo ejo dufise akabazo kuko bimufasha kugumiza ibintu mumutwe bikamworohereza...
Murakoze