18/08/2024
🔺 Brarudi SA iradugije ibiciro vy'ibinyobwa ihingura kuva kur'uyu wa 15/08/2024, "bivuye ku kuduga kw'ikiguzi c'ivyo dukoresha mu kwenga inzoga, kuzitekera bo kwiyunguruza"
🍺 Royale yahora kuri 3.100 ubu ni 3.300Fbu, Primus yari kuri 2.200 igiye kugurwa 2.500Fbu, nayo Bock yiyongereyeko 200Fbu ku giciro yahorako ca 2.600Fbu
👀 Muratahura rino duzwa? Nya binyobwa bibonetse mubona mwobandanya muvyirenza kawaida ?
-Dive 🇧🇮