C.C.Burundi

C.C.Burundi Chrico is a atelier of making sandals, shoes, jewels,bags, tapis, cloths and other thing else. (

07/01/2024

Hello customers, twashaka kubamenyesha ko iyi page itazosubira gushirwako ibikorwa vya Chrico, hari iyindi page yitwa CHRICO niyo izoza irashirwako ibikorwa n'ibimenyeshwa vyose vya Chrico, please mudukurikire kuri page nshaka kuko hari ibikorwa vyiza cane bigiye gutangura mu misi iri imbere.
https://www.facebook.com/profile.php?id=61552756940015

Product/service

01/07/2023

Umusi mukuru mwiza wo kwikukira Ku barundi mwese aho muri!

ntiwavunywe #

24/06/2023

Apply now to join The Baobab Network for $50,000 funding and a global platform to scale your tech start-up.

Chrico, turamenyesha abantu bipfuza akazi ko Uruganda Chrico rukeneye abakozi babiri,    IBISABWA:                    1....
27/05/2023

Chrico, turamenyesha abantu bipfuza akazi ko Uruganda Chrico rukeneye abakozi babiri,

IBISABWA:
1.Experience:
-Kuba u*i gushona ibirato neza (coordonner) no kubivyura (reparation).
-Kuba u*i gukora i sandal neza canke ikirato.
-Kuba u*i gusonesha i machine.
2. Kuba Umwizigirwa mu kazi
3. Kuba ufise ibikuranga (ID)
4. Kuba uri i Gitega canke hafi yaho.
MN: Dukeneye abakozi babiri, Umwe akora ibirato, uwundi asonesha imachine.

Nimba uri interested bimenyeshe kuri whatsap +254787161188
Canke urungike ubutumwa na Facebook kw'izina NIMBABARIRE Elyse Prince
Canke Email: [email protected]

Duration: kuva uyu musi itariki 27/5/2023 gushika 1/7/2023.
Murakoze.

13/02/2023

Ubutunzi ntubuzanwa n'amasengesho, buzanwa no gukora.
Pastor Mark Kagisye.

Karibuni mwese mucagure, nta handi atari muri Chrico musanga ibintu nkibi kandi bikomeye ku kabeyi gato.
29/10/2022

Karibuni mwese mucagure, nta handi atari muri Chrico musanga ibintu nkibi kandi bikomeye ku kabeyi gato.

Chrico,tubitayeho, ni kukabeyi katavuna
29/10/2022

Chrico,tubitayeho, ni kukabeyi katavuna

Chrico, turiho kugira muberwe!    Ni kukabeyi gato ugereranije n'ahandi hose.
18/07/2022

Chrico, turiho kugira muberwe!
Ni kukabeyi gato ugereranije n'ahandi hose.

Address

Email : Nimbabarireely@gmail. Com
Gitega

Telephone

+25771745839

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when C.C.Burundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to C.C.Burundi:

Share