Motivation goals

Motivation goals live your life Burundian Films Campany

30/07/2022
Film yitwa. Ineza y urupfu yateguwe na bfc.entertainment ifatanije na good stories action love igiye gusohoka bidatevye ...
04/02/2020

Film yitwa. Ineza y urupfu yateguwe na bfc.entertainment ifatanije na good stories action love igiye gusohoka bidatevye emeza ngaho urabe aho izosohokera ube uwambere mukuyironka

Vuba iraje
09/08/2019

Vuba iraje

17/06/2019

Ndabizi kumusi nzosezera isi uzonshira kuri status ko nakoze vyiza ariko ubu vyakunaniye kubishirako nkiriho
banje ndabashaka mwiyerekane kuko ngiye kugaruka

Haaaaaa still ngo ya 2019 muyibona guteee ukaba wayikuze burahiga isakoshi nkiyi nayo umusobeko wo nukonyene...Est-ce qu...
06/12/2018

Haaaaaa still ngo ya 2019 muyibona guteee ukaba wayikuze burahiga isakoshi nkiyi nayo umusobeko wo nukonyene...Est-ce que mubibona gute???? haaahaa Igishati.com

From Bfc entertainment!!!!

History tumetoka mbali.....Kubakwisi nikintu coroshe kandi kigoye cyane kuko ntibizokorohera gutegura kazoza kawe mugihe...
06/12/2018

History tumetoka mbali.....

Kubakwisi nikintu coroshe kandi kigoye cyane kuko ntibizokorohera gutegura kazoza kawe mugihe nakahise kawe atako wibuka...harya haribintu bimwebimwe umuntu acamwo muga kukwizera kwinshi afise ntabwo bishobora bimuca intege.
Bfc..
Cool $
Good ¥
Joss £
Konki ¢
Noma sanaa la boss🙏🙏🙏

Reka mfate akanya nshimire uwo wese ariko aratuma ibikorwa turimwo bigenda neza kuko ngo Harya iyo ukorikintu uciyumvamw...
01/12/2018

Reka mfate akanya nshimire uwo wese ariko aratuma ibikorwa turimwo bigenda neza kuko ngo
Harya iyo ukorikintu uciyumvamwo n'Imana iragihezagira.
Mrc bcp🙏🙏🙏
Mwebwe mukurikiranira ibikorwa vyacu hafii surprise murayihabwaa
Bfc entertainement💯💯

Bfc:Burundian Films Campany

Iyo ikintu ugikora igikorana umwete n'urukundo Imana nayo ikagihezagira ntakabuza kiragenda neza kandi caneReka mfate ak...
24/11/2018

Iyo ikintu ugikora igikorana umwete n'urukundo Imana nayo ikagihezagira ntakabuza kiragenda neza kandi cane
Reka mfate akakanya nkushimire kukuntu witanga muri vyoseee imana uguhezagire

Talent zigiye hamwe zivyarikintu kinini cane
Tjrs Bfc💯💯

Ibikorwa muri Bfc birabandanya nubu ntibicaye baracari hamwe ngo bashobore kuza babazaniye ikintu kimeze neza. Ukaba ush...
24/11/2018

Ibikorwa muri Bfc birabandanya nubu ntibicaye baracari hamwe ngo bashobore kuza babazaniye ikintu kimeze neza. Ukaba ushaka kwifadikanya natwee gira Like and share🙏🙏🙏

*Dushire hamwe Talent zacu.
*N'urukundo mubikorwaa.

Tjrs Bfc Entertainment💯💯

Gukoranumwete n'urukundo nivyo bizodushoboza gushika kuri objectifs zacu biciye mumpano twahawe n'Imana mukumenya uko tu...
18/11/2018

Gukoranumwete n'urukundo nivyo bizodushoboza gushika kuri objectifs zacu biciye mumpano twahawe n'Imana mukumenya uko tuzikoresha. Rero niba wifatanije natwe plz gira Like and share
Bfc entertainment🙏🙏🙏

Darlene from Bfc avec talent

Hari ukunt witanga kugira ibikorwa vya Bfc bishobore kuranguka neza bikanezera!!!!!Nkusabe mbaze ngushimire uzame wereka...
17/11/2018

Hari ukunt witanga kugira ibikorwa vya Bfc bishobore kuranguka neza bikanezera!!!!!

Nkusabe mbaze ngushimire uzame werekana umutima wurukundoo !!!

*Talent mur Bfc bzerekana mukuzicisha mur film......

**** Bfc Entertainment!!!

Tjrs Nobel from Bfc {$¥} Like and share

Address

Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Motivation goals posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share