Terimbere nawe

Terimbere nawe Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Terimbere nawe, Shopping & retail, Rutana, Bujumbura.

Turamenyesheje abenegihugu bo muri COMMUNE BUKEMBA no mumicungararo yaho bipfuza gukora UBWOROZI ko muri SOCIETE MODIFAC...
01/07/2023

Turamenyesheje abenegihugu bo muri COMMUNE BUKEMBA no mumicungararo yaho bipfuza gukora UBWOROZI ko muri SOCIETE MODIFAC tubafitiye AMAGI Y'INKOKO ZA KIJAMBERE meza cane YO KUBUNDIKIRIZA kandi KUGICIRO kitavuna.
Muri MODIFAC kandi haratangwa ibi bikurikira:
1. INYIGISHO z'ubworozi bwa KIJAMBERE.
2. Ibiryo vy'inkoko n'ingurube;
3. Turabafasha no muvyerekeye UBUVUZI.
"MWIBUKE KURAGIZA UHORAHO IBIKORWA VYANYU KUKO HANDITSE NGO: "UREMEKE UHORAHO IBIKORWA VYAWE NIHO IMIGABO YAWE IZOKOMERA"
Imig16:3.
ICUBAHIRO KIBE IC'IWE IBIHE VYOSE.

28/06/2023

Ntivyizana biraronderwa.

Address

Rutana
Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Terimbere nawe posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share