Pali Moze

Pali Moze we the best and cheapest shopping services in Zambia kindly follow us and enjoy our products

05/05/2024
29/11/2023

EHE IVYIZA 12 VYO !!

1: Gusenga bizana mu mutima.
2: Gusenga bikiza ibicumuro.
3:Gusenga bituma ushobora kurinda .
4:Gusenga biratuma ugira imigisha.
5:Gusenga kurakiza ingwara zidakira.
6:Gusenga biraguha igitinyiro n'icubahiro.
7:Gusenga bituma vyamwe vyose bifutangana.
8:Gusenga vyirukana urwanko mu muryango.
9: Gusenga biguha c'ejo hazoza .
10: Gusenga niho tubonera Imana.
11: Gusenga bituma amashetani yose akuvako agahunga.
12: Gusenga niho cane berekwa.

Muhezagirwe.
Muvukanyi ntugende udasangije bagenzawe.
Yezu ni muzima Alleluya
Noba ndarwiciriye ntamenyesheje inkuru nziza.

29/11/2023

Yitwa Steve Paul Jobs,umunyamerika yavutse igenekerezo rya 24/02/1955,akaba umu ingénieur mubijanye na informatique.
Yabaye umuyobozi w'ama société ahambaye ahingura ivyuma bijanye n'ubuhinga bwa none(Apple ihingura ama iPhone, Pixar,NeXT)
Muri 2011 Steve Jobs yarapfuye kumyaka 56 azize kanseri yomumara,akaba yapfuye asize igifovya camahera arenga imiriyaridi indwi y'amadorari y'amanyamerika.
Ngaya amajambo amwamwe yanyuma yasize avuze.
Igihe yararyamye kugitanda cabarwaye atangura kwibuka ubuzima bwiwe yaciyemwo ati " niho nkimenya ko icubahiro n'itunga ari akantu gaatooo caaane imbere yurupfu"
• Mfise amahera yotuma mpa akazi umuhinga uwariwe wese nkamuhemba ayariyo yose yipfuza , ariko ntibikunda konoronka uwo noha ino ngwara yanje.
•Amafaranga ashobora kugura icarico cose kurinosi, ariko ntagura UBUZIMA.
• Buhoro Buhoro ukonagenda ndakura harico isi yanyigishije nasanzeko isaha igurwa 300$ n'iyindi igurwa 3.000.000$,zose zerekana igihe kimwe.
• uko bigenda kwose imodoka igurwa 150.000$ n'iyindi igurwa 15.000.000$ zose zogushikana iyugomba kuja.
•Amazi yarusengo agurwa 0$ n'ayandi yomugacupa agurwa 10$ yose aramara inyota
• kowoba munzu yimetero Kare 300 iyindi yimetero Kare 3000 aho uryama ntihahinduka haguma hangana.
©️ Muvyukuri umunezero ntutangwa nivyo umuntu afise , ahubwo uva kuvyo ukorera abandi.
✓Ntimukigishe abana banyu kuba abarwizatunga, Ahubwo bigishe kuba abanyamahoro , aho nibakura bazotahura akamaro k'ibintu apana agaciro kavyo.
✓Nimufungure imfungurwa zanyu burimusi nkimiti bitabaye ivyo muzorya imiti nk'imfungurwa zanyu zaburimusi.
✓Uwugukunda vyukuri ntazoguheba naho hoba hari impamvu 100 zokuguheba, azokwamabona impamvu imwe yotuma atoguheba.
✓Hama hari itandukaniro ryo kuba umunyabuntu hamwe no kugira Ubuntu.
✓Nimbushaka kunyaruka,uze wijane wenyene ariko niwifuza kugera Kure uzojane nabandi.

✓Burintambwe y'ubuzima muteye canke muronse, Mwibuke gushimira Imana Kandi musangire nubwo twoba duke uronse ba urumuri rumurika urukundo mubakwegereye Bose, mumuryango no mubagenzi kuko nibo bazugara umuryango wubuzima bwawe igihe uzobuhejeje gukorora irido.

Nyamba iyinkuru hari ico igufashije ntiwibagire kuyisangiza abandi.

28/10/2023

Mandela yanditse ati :

"Maze kuba umukuru w'igihugu, narigeze gusaba abajejwe umutekano wanje ko twojana gutembera mu gisagara, tujana gufungura muri restaurant.

Twarinjiye muri bumwe mu buriro (restaurant) bwari mu gisagara hagati, turaheza turicara, turasaba ibifungurwa. Haciye akanya, bahejeje kutuzanira ivyo dufungura, niho nabona umuntu yicaye ku meza yari imbere yanje, yari arindiriye ko nawe bamuzanira ivyo yasavye. Nca ndabwira umwe mu basirikare nti : genda uhamagare urya muntu, umubwire aze yicarane natwe, aze azanye imfungurwa ziwe dusangire.

Umusoda yaragiye aramubwira nkuko nari ndamutumye. Wa mugabo yarateruye isahani yiwe araza yicara iruhande yanje. Ntanguye gufungura niho nabona ingene amaboko y'uwo mugabo yagumye ajugumira kugeza twese turaheza gufungura, araheza arasohoka.

Umusoda aca arambwira ati : Uyu mugabo yari agwaye cane kuko intoke ziwe zagumye zijugumira igihe cose yariko arafungura.

Nanje ndamwishura nti : nta na gato. Uyu mugabo ni umwe mu bahora bacunga ibohero nari mpfungiwemwo. Kenshi iyo bahejeje kunkubita, narakoma induru nkasaba ko bampa amazi yo kunywa. Aho kumpa amazi, uwo mugabo yaca aza akansoba ku mutwe. Niyo mpamvu ubona yari yuzuye ubwoba ajugumira, yari yiteze ko nanje nomukorera ivyo bankoreye, nkamuhohotera canke nkamupfunga, kubera nsigaye ndi umukuru w'igihugu. Ariko jewe siko meze, sivyo ngenderamwo."

Ubwobutumwa nuburungikire abandi

07/06/2023

Saido ntibazonkiza 🇧🇮 Akomeza kuvyifatamwo nez cn mugihugu kibanyi ca Tanzania 🇹🇿

30/05/2023
Mbabarira usome aka kantu 😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭Umusaza w’imyaka 78 yamavuko yafashwe nisereribamujyana kwa muganga, agezeyo bamush...
29/04/2023

Mbabarira usome aka kantu 😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭
Umusaza w’imyaka 78 yamavuko yafashwe nisereri
bamujyana kwa muganga, agezeyo bamushyiraho
utwuma tumwongerera umwuka wo guhumeka ariko
uwo mwuka yari ahawe wari uwo kumufasha mu
masaha 24 gusa.
Nyuma yamasaha make umusaza yagaruye ubwenge
muganga amuzanira facture yamafaranga ibihumbi
Magana atanu (500,000) yagombaga kwishyura
ibitaro, umusaza abonye ayo mafaranga yose ararira
cyane maze muganga aramubwira ati “Wirira muze,
reka kurira kubera amafaranga ahubwo nezerwa
kuko ubonye ikindi gihe cyo kuba ukiri muzima”.
Umusaza yaramusubije ati “Ntabwo ndi kurizwa
ningano yaya mafaranga kuko aya si menshi kandi
naka kanya nahita nyishyura. Ahubwo ndi kurizwa
nuko uyu mwuka nongerewe wo ndahumeka mu
masaha 24 ngiye kuwishyura ibihumbi 500
(500,000), kandi nta kiguzi nigeze ntanga ku
mwuka nahumetse mu myaka 78 yose maze kuri iyi
si”.
Muganga yabuze icyo arenzaho yubika umutwe
nawe amarira azenga mu maso
None se nkawe uri gusoma iyi nkuru ko uhumeka
umwuka w’ubuntu wahawe n’Imana isumba byose ni
iki cyakubuza kwigora ugakoresha iminota 2
usangiza abanda iyi nkuru?
Iyo Mana yadukunze ikaduha byose kubuntu ni iki
cyatubuza kuyishima.
Burya uko ubayeho kose jya ushima Imana.
Mugire weekend nziza. 🙌🏿

28/04/2023

Agakuru k'ubuzima

Umukobwa: Allo bebe!

Umuhungu: Allo mutima wanje

Umukobwa: Uri hehe?

Umuhungu:Kw'ishure
Umukobwa: Chr woshobora kunkorera aga service?

Umuhungu: Ntaco wonsaba ndagishoboye ngo ndacanke

Umukobwa: Woshobora kuza muhira mu masengesho?

Umuhungu: Cherie Mwarimu aciye ashika icigwa kigira gitangure🤦‍♂️

Umukobwa: Cherie kubera iki umuze uko! Niwigore bitwara 10min gusa

Umuhungu: Ok, ndaje mukanya gato

Inyuma y'amasengesho Umuhungu Spack yabonye bwije ahitamwo kuryama iwabo w'umukobwa ntiyasubira kw'ishure.

Mugatondo ka kare ash*tse kw'ishure niho yasanga urujanuruja rw'abantu aca arabaza icabaye

Abaraho bamubwiyeko mwarimu wiwe hamwe nabanyeshure bose bapfuye bahitanywe n'igitero c'ivyihebe.

Bantu b'Imana ,uku niko Imana izigama abayo
Niwumva utewe akamo ko guteramira aho basenga ntuze ugatere umugongo kuko Imana niyo buhungiro

Uwuzi ko Imana ari vyose dukeneye mubuzima ntashobora kurengana atavuze AMEN canke kugira partage kugira isi yose imenye urukundo rw'Imana

Ndurwe.
10/04/2023

Ndurwe.

17/03/2023

Yesu nizira vyukuri ija mwijwiru

10/03/2023

Icaha cubusambanyi, icah kibabaz'imana kuruta...

Address

Kabangwe
Lusaka
50100

Telephone

+260777597818

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Pali Moze posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Pali Moze:

Share