Poks 4 life

Poks 4 life Film x musuc

14/04/2026

PAGE MPA NKORESHA UBU NIYI 👇follows

Nimba unkunda following kwiyi page yanje nshasha     Ubu niyo mpaye nshirako ibikogwa vyanje garagaza uru kundo rero ple...
14/04/2026

Nimba unkunda following kwiyi page yanje nshasha
Ubu niyo mpaye nshirako ibikogwa vyanje garagaza uru kundo rero please

08/04/2026

19/03/2026

Iyi ntahe yuyu mukobwa ntuyirengane gusa ukaba ukunda kurira 😭 ... ira kuriza p*e
Part 2

og🇧🇮✅

18/03/2026

Ukaba ufise amaranga mutima iyi nkuru ntigucike ndazi irakuriza😭 uko yabayeho mubihugu vya balabu nukuntu bamufata

Intahe part1

16/03/2026

Sory kuba na ba photoye ata ruhusha mbi fitiye😭

Iyo niyo film igezweho links muri cmtr

back to back active   og🇧🇮✅chooting
03/03/2026

back to back
active
og🇧🇮✅
chooting

Ngelous og🇧🇮✅ kwifata neza kwa bien
02/03/2026

Ngelous og🇧🇮✅ kwifata neza kwa bien

01/03/2026

Film ya mugisha bakunda nde ep2
Ndibaza yoba yaya nditse amaje kuraba ikiganiro ca mnyama na ngelous 👇👇 we woba umaze kukiraba tubwire nawe uko wacumvise
Kumbe mnyama ivyo yavuga nivyo biri hit mwakino gihe cank ni ngelous ari kugerageza kubi hagarika nivyamyeho kuva kera

Ukaba utarakiraba ico kiganiro links muri cmtr

Following my page poks 4life

24/02/2026

Kubikora mukundanye ngo si caha 😂😭
Uyi keneye yose links muri cmtr👇

Mwibuka gusiga mu followis poks

18/02/2026

Iyo uri kurondera umugenzi wumukobwa ata kirundi u*i neza😂

Mwibuka gusiga mufollowis poks 4life

og🇧🇮✅

22/10/2025

Akubise mutoyi wiwe kubera umugore wiwe yahukanye
Parti3😭
Muri ya styile nsha🇧🇮
Nta comedie birimwo following

Address

Makamba

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Poks 4 life posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share