28/02/2026
AMAKURU MASHASHA KURI W***Y NGOMA!
Nyuma yuko hasakaye amakuru avuga ko Lt Col W***y Ngoma yarashwe na Drone akitaba Imana, kugeza uyu munsi ntamuyobozi cyangwa urwego rwa AFC/M23 ruragira icyo rubivugaho, isi ikomeje kwibaza niba koko vyoba arukuri.
IGITANGAJE: Umugore wa Lt Col Ngoma yaraye atangaje amakuru ateza urujijo, aho yasohoye video avuga kuri Leta ya KINSHASA kandi bigaragara ko ntagahinda yoba afise kugutuka leta ya congo kubera umugabo maze arenzaho amagajambo yandika ati:
"LE CHOUCHOU DU PEUPLE EST VIVANT."
Mukirundi ni nko kuvuga ngo: "UMUKUNZI W'ABATURAGE NI MUZIMA".
Umuntu yokwibaza ati W***y yoba ari muzima? Tubihe igihe kizotubwira ๐.
Ubwanje nanje sindavyemera muri portique biragoye
Umugore yumunya Rwandakazi yaravuzati
Bamurasa gute atatonze kumurongo wurugamba yaravuzati biravugwa koyoba yapfuye ๐โโ๏ธ๐โโ๏ธ๐โโ๏ธ๐โโ๏ธ
Mumwanya muto acasohora ayandi makuru avugango yapfuye ๐โโ๏ธ๐โโ๏ธ๐โโ๏ธ๐โโ๏ธ๐โโ๏ธ
Uyumugabo nimuntuki original kabiri bavugako yapfuye ๐โโ๏ธ๐โโ๏ธ๐โโ๏ธ๐โโ๏ธ
Nzovyemera bonye isandugu umugore wiwe ateruye ururabo ishugwe ๐ryokumusezera ubwanyuma
So guys ukabufise umugabo arimuri congo umubwire yiyubare agende gahoro haranyerera