EME SOZO Familly

EME SOZO Familly Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from EME SOZO Familly, Religious Bookstore, PENIEL CHURCH DELIVERED FAMILLY Gitega Qr Nyamugari mu Giswahili kurya 3 urenganye gato kumucunguzi, Gitega.

24/12/2025
24/12/2025

Inzira yawe irabonetseee

17/12/2025

Yesu aramubgira, ati Sinakubgiye nti Ni wizera urabona ubgiza bg'Imana?
Yohana 11:40

17/12/2025

Abakora ibibi vyo kurwanya isezerano azobazimirisha akarimi keza; arikw abantu bazi Imana yabo bazoshikama bakore ibikomeye.
Daniyeli 11:32

17/12/2025

Mukurikire kugiriranira amahoro n'abantu bose, n'ukwezwa, k*k' utejejwe atazoraba Umwami;
Abaheburayo 12:14

16/12/2025
16/12/2025

Hallelujah ibihe bidasazwe kubwanyu

16/12/2025

k*kw ata jambo rivuye ku Mana ribura ububasha.
Luka 1:37

16/12/2025

at' Uhoraho Imana yacu yatubaririye i Horebu, at' Igihe mumaze kur' uyu musozi kirahagije: ni mukebanuke, mufate inzira, muje mu mugamba w'Abamori n'ahandi hose hahereranye na ho mu kiyaya citwa Araba, hose mu mugamba n'ahaciye bugufi, n'i Negebu, no mu kiyaya c'ikiyaga mu gihugu c'Abanyakanani, n'i Lebanoni, muze murinde mush*tsa ku ruzi runini Efurate.
Gusubira mu vyagezwe 1:6-7

Address

PENIEL CHURCH DELIVERED FAMILLY Gitega Qr Nyamugari Mu Giswahili Kurya 3 Urenganye Gato Kumucunguzi
Gitega

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when EME SOZO Familly posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share