Tagata music

Tagata music Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Tagata music, Arts & Crafts Store, burundi, Bujumbura.

Ariko umwana wumutunzi agiye gutemberera mubakene baramwitaho ugasanga namazi yo kwiyoga bamujaniye mubwogero ariko ntam...
12/02/2026

Ariko umwana wumutunzi agiye gutemberera mubakene baramwitaho ugasanga namazi yo kwiyoga bamujaniye mubwogero ariko ntamunyamweye azosegerereza canke uruvyaro rwiwe wewe aho uzogera kora ibisigaye senga Imana🙏

💥🔴📌🎯♨️ Ibibazo vyakomereye   uyu mwaka : ✍🏽✍🏽🔴- Lewandowski yarakomerekejwe  🤷🏼🔴- Raphinha yaramaze gukomereka kabiri 🧏🏼...
13/12/2025

💥🔴📌🎯♨️ Ibibazo vyakomereye uyu mwaka : ✍🏽✍🏽

🔴- Lewandowski yarakomerekejwe 🤷🏼
🔴- Raphinha yaramaze gukomereka kabiri 🧏🏼
🔴- Lamine Yamal yagize ikibazo ca
🔴- Balde na Pedri bamaze gusiba inkino 6
🔴- Fermin na Olmo bagendera mu bitaro ku rundi ruhande🤗🤷🏼
🔴- Joan García yabuze imisi irenga 60
🔴- Nicki yarasize Lamine Yamal 🤗
🔴- Araujo yagiye kwiyuhagira mu buryo bw’umutima muri 🤗🤷🏼
🔴- Barça yatsinzwe
- …kandi yarayishe!‼️

🚨 Naho ivyo vyose vyabaye…
yabashije gushira imbere ya , kandi agikomeye mu rugamba rwa mukurwanira kuba muri 8

Mwabimenye 🔥Aha hantu FC Barcelona ntuhava kbs 👉✊umuriro uraka kuri Campnou   arakira umurwi wambere watanguye kumutsind...
13/12/2025

Mwabimenye 🔥Aha hantu FC Barcelona ntuhava kbs 👉✊umuriro uraka kuri Campnou arakira umurwi wambere watanguye kumutsinda muri Laliga kuva amenyereje Barcelona🔥 Osasuna yemeje ko itagiye gutsindwa na Barcelona ikeneye guca agahigo ko kidatsindwa muriko season 🔥

Osasuna iraza mukibuga ca Spotify Campnou Barcelona itaratsindwamwo kuva ihagarutse ariko Osasuna niwo murwi watanguye gutsinda Flick ariko Osasuna ntirigera itsinda Barcelona ya Flick murugo ko sezo iheze Flick yarayakiriye ayitera ama gori 3-0

Uwu musi mubona birangira gute ??

🚨LISTE Y’ABAKINYI BAZOSIBA URUKINO RW’EJO RUZOHUZA REAL MADRID NA ALAVÉS 🤯🤕🇪🇸 Dani Carvajal  🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 Trent Alexander-Arn...
13/12/2025

🚨LISTE Y’ABAKINYI BAZOSIBA URUKINO RW’EJO RUZOHUZA REAL MADRID NA ALAVÉS 🤯🤕

🇪🇸 Dani Carvajal
🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 Trent Alexander-Arnold
🇧🇷 Éder Militão
🇦🇹 David Alaba
🇩🇪 Antonio Rüdiger
🇫🇷 Ferland Mendy
🇪🇸 Álvaro Carreras
🇪🇸 Fran García
🇫🇷 Eduardo Camavinga
🇧🇷 Endrick
🇫🇷 Kylian Mbappé (incertain)

13/12/2025

turi kuvoma kandi iyo tuvoma haranyerera ariko hejuru yivyo gutahana amazi nitegeko

22/11/2025

umukobwa niwe muntu wenyene ashobora gutungira igisuma munzu yawe.ushobora kumugurira telephone mwiyo telephone ugasanga niyo atangako gahunda kubandi bahungu,muyandi majambo bakubereye muri téléphone

Address

Burundi
Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Tagata music posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share