12/07/2023
Amahoro muri mwenye mwese mudukuriirana buri musi, mwaheruka tubereka ibikoresho vyuo mu mazu, Ubu naho twabazaniye namaparcelle, u*i ni parcelle zibiri zuri muri TENGA GAHWAMA iya mbere ipima 2,25ares ku mafaranga angana na16milions,négociables
Iya kabiri ni 4ares ushaka 28milions.
Mutevye muzosanga bahatwaye kera kuko ni heza cane ni mu kirwati kandi anazo yimyuzure ntaho mu*igera muhurira